4 Nuko Ahabu aja iwe, yijiriwe kandi ajonjogoye kubera ijambo Naboti Umuyezireyeli yari yamubwiye, igihe yavuga ati: “Singuha intoranwa ya ba sogokuruza banje.” Maze aryama ku buriri bwiwe, mu maso hiwe aguma aharabishije ku ruhome+, ntiyarya umukate.