1 Abami 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko yandika amakete+ mw’izina rya Ahabu araheza ayadomako ikidodo+ ca Ahabu, maze arungikira nya makete abagabo b’inararibonye+ n’abanyacubahiro bari mu gisagara ciwe babana na Naboti.
8 Nuko yandika amakete+ mw’izina rya Ahabu araheza ayadomako ikidodo+ ca Ahabu, maze arungikira nya makete abagabo b’inararibonye+ n’abanyacubahiro bari mu gisagara ciwe babana na Naboti.