1 Abami 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.”
15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.”