2 Abami 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze.
19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze.