2 Abami 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Yehova ata uruvyaro+ rwa Isirayeli rwose kandi aguma abateza amarushwa yongera abatanga mu kuboko kw’abasahuzi, gushika abataye bakava imbere yiwe+.
20 Nuko Yehova ata uruvyaro+ rwa Isirayeli rwose kandi aguma abateza amarushwa yongera abatanga mu kuboko kw’abasahuzi, gushika abataye bakava imbere yiwe+.