2 Abami 17:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko umwe mu baherezi bari barakuwe i Samariya bakajanwa mu bunyagano araza maze atangura kuba i Beteli+, hanyuma aba uwo kubigisha ingene babwirizwa gutinya Yehova+.
28 Nuko umwe mu baherezi bari barakuwe i Samariya bakajanwa mu bunyagano araza maze atangura kuba i Beteli+, hanyuma aba uwo kubigisha ingene babwirizwa gutinya Yehova+.