2 Abami 17:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ariko ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo ryihingurira imana yaryo bwite+, baraheza bazishira mu nzu yo ku bibanza bikirurutse Abasamariya bari barakoze, ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo, mu bisagara vyabo babamwo.
29 Ariko ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo ryihingurira imana yaryo bwite+, baraheza bazishira mu nzu yo ku bibanza bikirurutse Abasamariya bari barakoze, ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo, mu bisagara vyabo babamwo.