2 Abami 17:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo Yehova, we yabaduganye abakuye mu gihugu ca Misiri akoresheje ububasha bwinshi n’ukuboko kuramvuye+, ni we mukwiye gutinya+, ni we mukwiye kwunamira+, kandi ni we mukwiye gushikanira ibimazi+.
36 Mugabo Yehova, we yabaduganye abakuye mu gihugu ca Misiri akoresheje ububasha bwinshi n’ukuboko kuramvuye+, ni we mukwiye gutinya+, ni we mukwiye kwunamira+, kandi ni we mukwiye gushikanira ibimazi+.