2 Abami 17:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ayo mahanga yaratinya Yehova+, mugabo agakorera ibishusho vyayo bibajwe. Nayo abahungu babo n’abuzukuru babo, gushika n’uyu musi bakora nk’uko ba sekuruza babo bari barakoze.
41 Ayo mahanga yaratinya Yehova+, mugabo agakorera ibishusho vyayo bibajwe. Nayo abahungu babo n’abuzukuru babo, gushika n’uyu musi bakora nk’uko ba sekuruza babo bari barakoze.