2 Abami 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yesaya abandanya kuvuga ati: “Nimutore agatsima k’insukoni zumye zafyonzwe+ zikegerana.” Nuko baragatora, bagashira ku gihute+, arahava arakira+. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 20:7 Umunara w’Inderetsi,15/5/2003, rup. 25
7 Yesaya abandanya kuvuga ati: “Nimutore agatsima k’insukoni zumye zafyonzwe+ zikegerana.” Nuko baragatora, bagashira ku gihute+, arahava arakira+.