2 Abami 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi bamwe mu bahungu bawe bazova muri wewe, abo uzovyara, bazotwarwa+ babe koko abakozi bo ku kirimba+, mu kirimba c’umwami wa Babiloni+.”’”
18 “Kandi bamwe mu bahungu bawe bazova muri wewe, abo uzovyara, bazotwarwa+ babe koko abakozi bo ku kirimba+, mu kirimba c’umwami wa Babiloni+.”’”