2 Abami 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.