2 Abami 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehoyakini+ yari afise imyaka cumi n’umunani igihe yatangura kuganza, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Nehushita umukobwa wa Elinatani w’i Yeruzalemu.
8 Yehoyakini+ yari afise imyaka cumi n’umunani igihe yatangura kuganza, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Nehushita umukobwa wa Elinatani w’i Yeruzalemu.