2 Abami 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nyina wa nya gahungu aca avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ n’ukubaho kwawe+, simvana nawe+.” Nuko Elisha arahaguruka hanyuma ajana na we.
30 Nyina wa nya gahungu aca avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ n’ukubaho kwawe+, simvana nawe+.” Nuko Elisha arahaguruka hanyuma ajana na we.