2 Abami 4:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko umuntu umwe arasohoka aja mu gahinga kwaha utubabi tw’agati k’umwora+, maze abona umutanga araheza awamurako imitangatanga, yuzuza impuzu yiwe, maze araza, ayikekagurira muri ya nkono y’isupu, kuko batari bazi ivyo ari vyo.
39 Nuko umuntu umwe arasohoka aja mu gahinga kwaha utubabi tw’agati k’umwora+, maze abona umutanga araheza awamurako imitangatanga, yuzuza impuzu yiwe, maze araza, ayikekagurira muri ya nkono y’isupu, kuko batari bazi ivyo ari vyo.