2 Abami 4:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Mu nyuma barayisuka kugira nya bagabo barye. Bakimara kurya kuri nya supu, baca batangura gusemerera bati: “Muri iyi nkono hariyo urupfu+, ewe muntu w’Imana y’ukuri+.” Ntibashobora kurya.
40 Mu nyuma barayisuka kugira nya bagabo barye. Bakimara kurya kuri nya supu, baca batangura gusemerera bati: “Muri iyi nkono hariyo urupfu+, ewe muntu w’Imana y’ukuri+.” Ntibashobora kurya.