2 Abami 4:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Maze avuga ati: “Nimuzane rero ifu.” Amaze kuyiterera muri nya nkono, avuga ati: “Sukira abantu barye.” Ntihagira ikintu kibi kiba muri nya nkono+.
41 Maze avuga ati: “Nimuzane rero ifu.” Amaze kuyiterera muri nya nkono, avuga ati: “Sukira abantu barye.” Ntihagira ikintu kibi kiba muri nya nkono+.