2 Abami 4:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Aca abishira imbere yabo, maze batangura kurya, kandi bagira n’ivyo basigaza, nk’uko ijambo rya Yehova ryari+.
44 Aca abishira imbere yabo, maze batangura kurya, kandi bagira n’ivyo basigaza, nk’uko ijambo rya Yehova ryari+.