2 Abami 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze nya muntu w’Imana y’ukuri+ atuma ku mwami wa Isirayeli ati: “Wirinde guca aha hantu+, kuko ari ho Abasiriya bamanutse+.”
9 Maze nya muntu w’Imana y’ukuri+ atuma ku mwami wa Isirayeli ati: “Wirinde guca aha hantu+, kuko ari ho Abasiriya bamanutse+.”