2 Abami 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwami wa Isirayeli atuma rero abantu nya hantu uwo muntu w’Imana y’ukuri yari yamubwiye+. Nuko Elisha aramuburira+, aguma kure yaho; ivyo ntivyaba rimwe canke kabiri.
10 Umwami wa Isirayeli atuma rero abantu nya hantu uwo muntu w’Imana y’ukuri yari yamubwiye+. Nuko Elisha aramuburira+, aguma kure yaho; ivyo ntivyaba rimwe canke kabiri.