2 Abami 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko abatereka inzimano ikomeye; batangura kurya no kunywa, hanyuma arabarungika, baja ku mukama wabo. Maze twa tugwi tw’abambuzi+ tw’Abasiriya ntitwongera kugaruka na rimwe mu gihugu ca Isirayeli.
23 Nuko abatereka inzimano ikomeye; batangura kurya no kunywa, hanyuma arabarungika, baja ku mukama wabo. Maze twa tugwi tw’abambuzi+ tw’Abasiriya ntitwongera kugaruka na rimwe mu gihugu ca Isirayeli.