2 Abami 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Inyuma y’aho, Beni-hadadi umwami wa Siriya atangura gukoraniriza hamwe ikambi yiwe yose maze araduga, yugariza+ Samariya.
24 Inyuma y’aho, Beni-hadadi umwami wa Siriya atangura gukoraniriza hamwe ikambi yiwe yose maze araduga, yugariza+ Samariya.