-
2 Abami 6:32Bibiliya y’isi nshasha
-
-
32 Elisha yari yicaye mu nzu yiwe, kandi abagabo b’inararibonye bari bicaranye na we+, igihe umwami yatuma umuntu avuye imbere yiwe. Iyo ntumwa itarashika iwe, Elisha abwira nya bagabo b’inararibonye ati: “Mwabonye ingene uwu muhungu w’umwicanyi+ atumye intumwa kunkurako umutwe? Mube maso: iyo ntumwa niyaba ikimara gushika, mwugare umuryango, muyisunike n’umuryango. Mbega inyuma yiwe ntihumvikana urwamo+ rw’ibirenge vy’umukama wiwe?”
-