2 Abami 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Arahaguruka rero maze yinjira mu nzu; atangura gusuka nya mavuta ku mutwe wiwe hanyuma amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ndakurobanuje amavuta koko ngo ube umwami+ w’abantu ba Yehova+, ni ukuvuga wa Isirayeli.
6 Arahaguruka rero maze yinjira mu nzu; atangura gusuka nya mavuta ku mutwe wiwe hanyuma amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ndakurobanuje amavuta koko ngo ube umwami+ w’abantu ba Yehova+, ni ukuvuga wa Isirayeli.