2 Abami 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Na bo bavuga bati: “Si vyo! Turakwinginze utubwire.” Maze avuga ati: “Yambwiye uku n’uku, ati: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ndakurobanuje amavuta koko ngo ube umwami wa Isirayeli+.”’”
12 Na bo bavuga bati: “Si vyo! Turakwinginze utubwire.” Maze avuga ati: “Yambwiye uku n’uku, ati: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ndakurobanuje amavuta koko ngo ube umwami wa Isirayeli+.”’”