2 Abami 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze Yehu+ mwene Yehoshafati, Yehoshafati mwene Nimushi+ atangura kugīra umugambi mubi+ Yehoramu. Kandi Yehoramu yari acungereye i Ramoti-gileyadi+, we na Isirayeli yose, kubera Hazayeli+ umwami wa Siriya. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:14 Umunara w’Inderetsi,15/11/2011, rup. 3
14 Maze Yehu+ mwene Yehoshafati, Yehoshafati mwene Nimushi+ atangura kugīra umugambi mubi+ Yehoramu. Kandi Yehoramu yari acungereye i Ramoti-gileyadi+, we na Isirayeli yose, kubera Hazayeli+ umwami wa Siriya.