18 Nuko uwugendera kw’ifarasi aja guhura na we, hanyuma avuga ati: “Umwami avuze ati: ‘Ni amahoro?’” Mugabo Yehu avuga ati: “‘Amahoro’ uyaronderako iki+? Hindukira uje inyuma yanje!”
Nuko nya nderetsi+ imenyesha iti: “Ya ntumwa yagiye gushika kuri bo, mugabo ntigarutse.”