2 Abami 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko nya nderetsi imenyesha iti: “Ya ntumwa yagiye gushika kuri bo, mugabo ntigarutse; kandi ukuntu uwo muntu atwara umukogote ni nk’ukuntu Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ awutwara, kuko awutwarana ubusazi+.” 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:20 Umunara w’Inderetsi,15/11/2011, rup. 41/8/2005, rup. 111/1/1998, rup. 24-25
20 Nuko nya nderetsi imenyesha iti: “Ya ntumwa yagiye gushika kuri bo, mugabo ntigarutse; kandi ukuntu uwo muntu atwara umukogote ni nk’ukuntu Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ awutwara, kuko awutwarana ubusazi+.”