2 Abami 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehoramu akimara kubona Yehu, aca avuga ati: “Ni amahoro ga Yehu?” Na we ati: “Hoba amahoro nyabaki+ kandi hakiriho ubusambanyi bwa Yezebeli+ nyoko n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?” 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:22 Bibiliya (bi12), rup. 1939, 1947-1948
22 Yehoramu akimara kubona Yehu, aca avuga ati: “Ni amahoro ga Yehu?” Na we ati: “Hoba amahoro nyabaki+ kandi hakiriho ubusambanyi bwa Yezebeli+ nyoko n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?”