2 Abami 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehoramu aca ahindukiza umukogote n’amaboko yiwe, kugira ngo ahunge, maze abwira Ahaziya ati: “Ni amayeri+, Ahaziya!”
23 Yehoramu aca ahindukiza umukogote n’amaboko yiwe, kugira ngo ahunge, maze abwira Ahaziya ati: “Ni amayeri+, Ahaziya!”