2 Abami 9:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Yehu aca araramura amaso yerekeza kuri nya dirisha maze avuga ati: “Ni nde ari kumwe nanje? Ni nde+?” Abakozi bo ku kirimba+ babiri canke batatu baca baraba hasi iyo ari.
32 Yehu aca araramura amaso yerekeza kuri nya dirisha maze avuga ati: “Ni nde ari kumwe nanje? Ni nde+?” Abakozi bo ku kirimba+ babiri canke batatu baca baraba hasi iyo ari.