2 Abami 9:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma arinjira, ararya yongera aranywa, maze avuga ati: “Ndabinginze mwitwararike ico kivume+, mugihambe, kuko ari umukobwa w’umwami+.”
34 Hanyuma arinjira, ararya yongera aranywa, maze avuga ati: “Ndabinginze mwitwararike ico kivume+, mugihambe, kuko ari umukobwa w’umwami+.”