2 Abami 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aca avuga ati: “Nimubacakire ari bazima+!” Barabacakira rero ari bazima maze babicira kw’itangi rya ya nzu yazirikwamwo intama, abagabo mirongo ine na babiri; ntiyasigaza n’umwe muri bo+.
14 Aca avuga ati: “Nimubacakire ari bazima+!” Barabacakira rero ari bazima maze babicira kw’itangi rya ya nzu yazirikwamwo intama, abagabo mirongo ine na babiri; ntiyasigaza n’umwe muri bo+.