2 Abami 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko ishavu rya Yehova+ rirurumbira Isirayeli, ku buryo abatanga mu kuboko kwa Hazayeli+ umwami wa Siriya no mu kuboko kwa Beni-hadadi+ mwene Hazayeli mu misi yabo yose.
3 Nuko ishavu rya Yehova+ rirurumbira Isirayeli, ku buryo abatanga mu kuboko kwa Hazayeli+ umwami wa Siriya no mu kuboko kwa Beni-hadadi+ mwene Hazayeli mu misi yabo yose.