7 Kuko ata bantu yari yarasigarije Yehowahazi atari abagendera ku mafarasi mirongo itanu n’imikogote cumi n’abagabo ibihumbi cumi bari ku maguru+, kubera yuko umwami wa Siriya yari yarabaranduye+, kugira ngo abagire nk’umukungugu wo ku mbuga y’ikubitiro+.