2 Abami 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hanyuma Elisha abwira umwami wa Isirayeli ati: “Shira ukuboko kwawe kuri uwo muheto.” Nuko awushirako ukuboko kwiwe, hanyuma Elisha ashira amaboko yiwe ku maboko+ y’umwami.
16 Hanyuma Elisha abwira umwami wa Isirayeli ati: “Shira ukuboko kwawe kuri uwo muheto.” Nuko awushirako ukuboko kwiwe, hanyuma Elisha ashira amaboko yiwe ku maboko+ y’umwami.