2 Abami 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abandanya kuvuga ati: “Tora imyampi.” Nuko arayitora. Maze abwira umwami wa Isirayeli ati: “Kubita hasi.” Nuko akubita incuro zitatu hanyuma arahagarika+.
18 Abandanya kuvuga ati: “Tora imyampi.” Nuko arayitora. Maze abwira umwami wa Isirayeli ati: “Kubita hasi.” Nuko akubita incuro zitatu hanyuma arahagarika+.