2 Abami 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya muntu w’Imana y’ukuri+ aramurakarira; avuga rero ati: “Wari gukubita incuro zitanu canke zitandatu! Ni ho mu vy’ukuri wokubise Siriya gushika iherengeteye; mugabo ubu, uzokubita Siriya incuro zitatu gusa+.”
19 Nya muntu w’Imana y’ukuri+ aramurakarira; avuga rero ati: “Wari gukubita incuro zitanu canke zitandatu! Ni ho mu vy’ukuri wokubise Siriya gushika iherengeteye; mugabo ubu, uzokubita Siriya incuro zitatu gusa+.”