2 Abami 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma y’ivyo, Elisha arapfa hanyuma baramuhamba+. Kandi hari utugwi tw’abambuzi+ tw’Abanyamowabu+ twama twinjira mu gihugu mu ntango z’umwaka.
20 Inyuma y’ivyo, Elisha arapfa hanyuma baramuhamba+. Kandi hari utugwi tw’abambuzi+ tw’Abanyamowabu+ twama twinjira mu gihugu mu ntango z’umwaka.