2 Abami 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko bariko barahamba umuntu, baza babona akagwi k’abambuzi. Baca baterera uwo muntu mu mva ya Elisha baragenda. Uwo muntu akoze ku magufa ya Elisha, aca asubira kuba muzima+, arahagarara+. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:21 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2017, rup. 5 Umunara w’Inderetsi,1/8/2005, rup. 11
21 Nuko bariko barahamba umuntu, baza babona akagwi k’abambuzi. Baca baterera uwo muntu mu mva ya Elisha baragenda. Uwo muntu akoze ku magufa ya Elisha, aca asubira kuba muzima+, arahagarara+.