2 Abami 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu.
23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu.