10 Nuko Yabezi atangura kwambaza Imana+ ya Isirayeli ati: “Niwampezagira ata kabuza+, ukagura koko akarere kanje+ kandi ukuboko kwawe+ kukaba vy’ukuri kumwe nanje, ukongera ukandinda koko ivyago+, kugira ngo ntibingirire nabi+, . . .” Nuko Imana ishitsa ivyo yari yasavye+.