1 Ngoma 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 na Yokimu n’abantu b’i Kozeba na Yowasi na Sarafu, ababaye abagaba abagore b’Abanyamowabukazi+, na Yashubi-lehemu. Kandi ayo majambo ni ayo mu nkuru za kera+.
22 na Yokimu n’abantu b’i Kozeba na Yowasi na Sarafu, ababaye abagaba abagore b’Abanyamowabukazi+, na Yashubi-lehemu. Kandi ayo majambo ni ayo mu nkuru za kera+.