1 Ngoma 4:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi imihana irundanye yose ibikukira yari irya n’ino y’ivyo bisagara yashika i Bayali+. Aho ni ho baba kandi ni ho bandikirwa hisunzwe amamuko y’imiryango yabo.
33 Kandi imihana irundanye yose ibikukira yari irya n’ino y’ivyo bisagara yashika i Bayali+. Aho ni ho baba kandi ni ho bandikirwa hisunzwe amamuko y’imiryango yabo.