41 Nuko abo banditswe hisunzwe amazina yabo batangura kuza mu misi ya Hezekiya+ umwami wa Yuda, maze basasika+ amahema y’Abahamu n’Abamewunimu bariyo, ku buryo babatikiza+ gushika n’uyu musi; nuko batangura kuba ahantu habo, kuko hariyo uburagiriro+ ku bw’imikuku yabo.