1 Ngoma 4:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kandi muri abo, hari bamwebamwe mu bahungu ba Simeyoni bagiye ku musozi Seyiri+, abagabo amajana atanu, bayobowe na Pelatiya na Neyariya na Refaya na Uziyeli, bene Ishi.
42 Kandi muri abo, hari bamwebamwe mu bahungu ba Simeyoni bagiye ku musozi Seyiri+, abagabo amajana atanu, bayobowe na Pelatiya na Neyariya na Refaya na Uziyeli, bene Ishi.