1 Ngoma 6:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Aha ni ho hantu baba hakurikijwe amakambi yabo azitijwe impome mu karere kabo+, ahahawe bene Aroni bo mu muryango w’Abakohati+, kuko ubupfindo bwari bwabaye ubwabo.
54 Aha ni ho hantu baba hakurikijwe amakambi yabo azitijwe impome mu karere kabo+, ahahawe bene Aroni bo mu muryango w’Abakohati+, kuko ubupfindo bwari bwabaye ubwabo.