1 Ngoma 6:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Bene Gerishomu+, nk’uko imiryango yabo iri, bahabwa ibisagara cumi na bitatu bikuwe ku vy’umuryango wa Isakari+ no ku vy’umuryango wa Asheri+ no ku vy’umuryango wa Nafutali+ no ku vy’umuryango wa Manase+ muri Bashani.
62 Bene Gerishomu+, nk’uko imiryango yabo iri, bahabwa ibisagara cumi na bitatu bikuwe ku vy’umuryango wa Isakari+ no ku vy’umuryango wa Asheri+ no ku vy’umuryango wa Nafutali+ no ku vy’umuryango wa Manase+ muri Bashani.