1 Ngoma 6:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Bene Merari+, hakurikijwe imiryango yabo, bahabwa biciye ku bupfindo ibisagara cumi na bibiri bikuwe ku vy’umuryango wa Rubeni+ no ku vy’umuryango wa Gadi+ no ku vy’umuryango wa Zebuloni+.
63 Bene Merari+, hakurikijwe imiryango yabo, bahabwa biciye ku bupfindo ibisagara cumi na bibiri bikuwe ku vy’umuryango wa Rubeni+ no ku vy’umuryango wa Gadi+ no ku vy’umuryango wa Zebuloni+.