1 Ngoma 6:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Vyongeye, batanga biciye ku bupfindo ivyo bisagara, babikuye ku vy’umuryango wa bene Yuda+ no ku vy’umuryango wa bene Simeyoni+ no ku vy’umuryango wa bene Benyamini+, baraheza babiha amazina yabo.
65 Vyongeye, batanga biciye ku bupfindo ivyo bisagara, babikuye ku vy’umuryango wa bene Yuda+ no ku vy’umuryango wa bene Simeyoni+ no ku vy’umuryango wa bene Benyamini+, baraheza babiha amazina yabo.